Mining

ITANGAZO Core Team ya Pi Network Bidasubirwaho Mining izakomeza ubwoba nibushire Muri Open Mainnet

[ad_2]

source

Related Articles

40 Comments

  1. mukomera MBARUSHA , TURAGUKUNDA CYANE UKO WITANGIRA KUDUHA AMAKURU KANDI MEZA KU GIHE , RERO NKWANDIKIYE NGIRANGO UNGIRE INAMA NARI UMU MINING KU 24/10/2024 BANYIBA TEL SMART PHONE NAKORESHAGA KANDI YAMAGAMBO Y'IBANGA 24 NARI NARAYABITSE KURI WATSAP , UBU RERO MUNGIRE INAMA KUKO NARAYATAKAJE

    MURAKOZE

  2. Ncuti yacu Mbarusha, tukuramutse, muratubwira ibijanye n'umushinga wa PI kandi turashima umwete ukoresha n'ingene ubidushikiriza akabazo kanje kavuga uku : Mbega KO ABA Pionniers baba mubihugu bifise Ama leta hanyuma Nya ma leta akaba atacavuga kubijanye n'a PI,tuziko ibijanye n'ifaranga ryose rikorera mugihugu l'état ariyo irigenzura canke igatanga uruhusha kugira rikorere mugihugu, harico wotubwira murivyo? uradutegurira ikiganiro murivyo murakoze

  3. Mwaramutse neza mbarusha ibiganiro byawe turabikunda arko mfite ikibazo maze iminsi myinshi kukibazo mfite arko bikaragira ntagisubizo Mboneye Kandi tuba tukwitezeho ibisubizo nyinshi ngewe nabonye migration arko ntabwo pi zanjye ndazibona kuri available balance bikaba bineye imugege mbabari ufasha kuko watubwiyeko comments zose uzisoma mfasha uyisome umpe nokubitecyerezo urakoze

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button